Перейти к содержимому

Ishirahamwe UBAKA NATION GROUP ryatanguye ibikorwa vyo kwubaka ikirwati kirimwo amazu ya kijambere

Mashariki TV

0:00 / 0:00

Ishirahamwe UBAKA NATION GROUP ryatanguye ibikorwa vyo kwubaka ikirwati kirimwo amazu ya kijambere

3 409 просмотров · 2 г. назад
Mashariki TV
482 тыс. подписчиков
3 409 просмотров · 2 г. назад
Ishirahamwe UBAKA NATION GROUP ryatanguye ibikorwa nyezina vyo kwubaka ikirwati kirimwo amazu yubatswe mu buhinga bwa kijambere ku mutumba wa #Ramba, Zone #Kabezi intara ya #Bujumbura. Fabrice MANIRAKIZA arongoye iryo shirahamwe arasigura ibibanza biriko vyubakwamwo ayo mazu hamwe n'ubwoko bw'amazu ariko yubakwa muri ico kirwati.