Перейти к содержимому

Abarira By Happy-Ric Family Senior

Happy - Ric Family Semior

0:00 / 0:00

Abarira By Happy-Ric Family Senior

105 227 просмотров · 3 г. назад
Happy - Ric Family Semior
29,8 тыс. подписчиков
105 227 просмотров · 3 г. назад
Amahoro ncuti zacu Hama twasha kubamenyeshako iy'indirimbo yarikuzosohoka Inyuma yamezi abiri ariko kubera abantu beshi bagumye badusabako twoyisohora duhisemwo kubunvira Turangiza tubashimire ukuntu mwitwararika kuraba ubutumwa tubaha biciye mundirimbo Imana ikomeze kubibahezagirira turabakunda tubipfurize kuzogira Iherezo ryiza. Indirimbo yitwa abarira By Happy-Ric Family Senior Mugenzi dufashe gukwiragiza Ubu butumwa dutanga biciye mundirimbo Imana izobiguhembera Uwokwipfuza kugira icabaza canke ico yunganira yoturondera. Gmail : ericntakirutimana21@gmail.com page : Happy-Ric Family Senior WhatsApp :+257 71 386 423 Facebook : Éric PRO