Перейти к содержимому

🔴Bishop Déogratias Nshimiyimana,Umwungere mukuru w'Ishengero Méthodiste Libre mu Burundi

Voix d'Espoir WEB TV

0:00 / 0:00

🔴Bishop Déogratias Nshimiyimana,Umwungere mukuru w'Ishengero Méthodiste Libre mu Burundi

686 просмотров · 3 года назад
Voix d'Espoir WEB TV
4,72 тыс. подписчиков
686 просмотров · 3 года назад
ahamagarira abapasitori bose,abakera n'abari bahejeje guhezagirirwa iryo bango: 🟢Kubwira abantu batarumva ijambo ry'Imana ubutumwa bwiza maze bahindukire bakire umwami Yesu mubugingo bwabo; 🟢Gufasha abantu gukura munzira y'Imana; 🟢Gushishikara kwigisha abamenye Imana muntumbero yokubakomeza munzira y'agakiza.Ivyo yabivugiye munama y'umwaka y'uburengero mw'Ishengero Méthodiste Libre mu Burundi igira 34 yabereye muri paruwase kamenge ikukira ububwiriza bwa Ntahangwa y'ubuseruko. Église Méthodiste au Burundi-EMLBU   / bdifmc2019