🎵URI NKURU MANA, URENGEYE VYOSE/PSAUME DE LA CREATION🎶 #psaumes #louange à l'#eternel
GOSPEL_C TV
0:00 / 0:00
🎵URI NKURU MANA, URENGEYE VYOSE/PSAUME DE LA CREATION🎶 #psaumes #louange à l'#eternel
391 просмотр · 6 дней назад
GOSPEL_C TV
36 тыс. подписчиков
391 просмотр · 6 дней назад
Twihweze kandi dutangarire ibitangaza vy'Imana kuva kera na rindi. Iyi ndirimbo twese itunyure ishike no mu misokoro!
Reka tugushimire cane kubw'umwanya wawe wafashe ukaraba kandi ukumviriza iyi ndirimbo ininahaza Imana. Hezagirwa cane. Tukwipfurije kuzorangiza neza uyu mwaka amahoro no gutangura neza uwugiye kuza, 2027!
Please ca ukora s'abonner💡 kuri iyi channel yacu ya YouTube yo kudutera intege, uzoba ukoze cane,
ca ukora partager, commentaire📩 na j'aime👍 kugirango ushikane kure ubu butumwa bwanje. urukundo n'ubufasha bwawe ni kirumara, merci. #chant #divine #gospelmusic #prière #gospel #bdi #saint #choir
Consulter tout l'Album ici: • DUHIMBAZIMANA - INDIRIMBO ZININAHAZA IMANA
#chant #apostolic_songs #gospel #song from God's #songs par le #chœur #apostolique #saint #gregoire le #grand de la #paroisse #sainte #mere #therese de #calcutta de #ruziba à #bujumbura