ZISHONJE ZIDAHISHIJE - Fortran Bigirimana (Official Live Video)
Fortran Bigirimana
0:00 / 0:00
ZISHONJE ZIDAHISHIJE - Fortran Bigirimana (Official Live Video)
157 633 просмотра · 1 г. назад
Fortran Bigirimana
80,8 тыс. подписчиков
157 633 просмотра · 1 г. назад
Follow us on:
Instagram: / fortranbigi. .
Facebook: / fortran.bigi. .
FacebookPage: / fortran-bigiri. .
Twitter: / fortranbig. .
Website:https://fortranbigirimana.com/
Murakoze kudushigikira mugufyonda kuri "Abonner" kuri uru rubuga rwacu rwa Youtube:
https://www.youtube.com/channel/UCSyX...
Murakoze kandi kudukurikirana ku mbuga ngurukana bumenyi zikurikira:
Instagram: / fortranbigi. .
Facebook: / fortran.bigi. .
Page Facebook: / fortran-bigiri. .
Twiter: / fortranbig. .
Site internet:https://fortranbigirimana.com/
Ndashimiye cane abantu bose Imana yakoresheje kugire iki gikorwa kije ahabona.
Uhoraho abahezagire kandi anezereze imitima yanyu 🙌🏾
A/C :Fortran Bigirimana
Amajambo :
Zishonje Zidahishije (Lyrics) :
Urwo baguciriye ntarwonzi
Ko uwagaritswe umutima nivyo ubona birashika
Ko atawarigiyemwo ngwasohoke ari muzima nivyo
Yamara itandukaniro ni rimwe
Raba neza, harura neza
Nabo bagufashe baharure
Baritayemwo batatu
Uwakane ati
R)
Ndikumwe nawe
Zisonje zidahishijije
Urintaribwa
Kuko muri abanje ndarivuze
Shadrack wanje, meshak wanje, Abedenego nawe Daniyeli
R)
Ndikumwe nawe
Zisonje zidahishijije
Urintaribwa
Kuko murabanje ndarivuze
Ndarivuze (xx)
#Burundiworship #Rwandaworship #burundi #rwanda #fortranbigirimana #christianhymns