Перейти к содержимому

Hagiye kuzokorwa urutonde rw'abagize ibibazo mumiriro y'amadandarizo n'ivyo bahatakarije uko bingana

Mashariki TV

0:00 / 0:00

Hagiye kuzokorwa urutonde rw'abagize ibibazo mumiriro y'amadandarizo n'ivyo bahatakarije uko bingana

1 485 просмотров · 4 дня назад
Mashariki TV
476 тыс. подписчиков
1 485 просмотров · 4 дня назад
#Burundi #Amasoko: Reta y'Uburundi igiye ku zofasha abahuye n'isanganga y'umuriro mu masoko atandukanye, hakaba hagiye kuzokorwa urutonde rw'abagize ibibazo, n'ivyo bahatakarije, mu ku borohereza ku madeni bari barafashe muma banki, ngo n'amasoko agiye gutunganywa bushasha na Reta. Vyashikirijwe n'umushikiranganji wa mbere wa Reta y'Uburundi Nestor Ntahontuye mu rugendo yagize ari kumwe n'umushikiranganji w'ikigega ca Reta Alain Ndikumana mu masoko yahuye n'impanuka z'umuriro kuri uyu wa 01 Nyakanga 2026 i Bujumbura.