Uburundi bwatanguje Isekeza ryo guhanahana amashusho n'amasanamu arata ubutunzi bw'Uburundi
Mashariki TV
0:00 / 0:00
Uburundi bwatanguje Isekeza ryo guhanahana amashusho n'amasanamu arata ubutunzi bw'Uburundi
3 979 просмотров · 4 дня назад
Mashariki TV
482 тыс. подписчиков
3 979 просмотров · 4 дня назад
Mu mugambi w'igihugu c'Uburundi w'ukuvuga ubwiza bw'Uburundi, mu bushikiranganji bw'ukumenyesha amakuru batanguje isekeza ryo kuvuga neza igihugu c'Uburundi. Umushikiranganji w'ukumenyesha amakuru Evelyne Butoyi amenyesha ko ico ari igikorwa c'umuntu wese aho aherereye mu gihugu cose. Yabishikirije kuri uwu wa 22 Gitugutu 2026, aho ubwo bushikiranganji bwaramutse butanguza Isekeza ryo guhanahana amashusho n'amasanamu arata ubutunzi bw'igihugu c'Uburundi.
#Burundi