Перейти к содержимому

Ntuzigere Usuzugura Umugabo Agukunda

Bukuru media tv 257

0:00 / 0:00

Ntuzigere Usuzugura Umugabo Agukunda

1 198 просмотров · 4 мес. назад
Bukuru media tv 257
10,2 тыс. подписчиков
1 198 просмотров · 4 мес. назад
Hari abagore bamwe basuzugura abagabo babo, ntibabubahe canke ngo bahahe agaciro urukundo bahabwa. Ariko igihe umugabo amaze kubavako canke bakabura uwo bafise, baca batangura kubona agaciro yari afise mu buzima bwabo — ariko biba vyatevye. Iyi nkuru irimwo inyigisho ikomeye ku rukundo, ukwubahana n’agaciro k’umuntu mukundana. Ntuzigere usuzugura umuntu agukunda vy’ukuri kuko igihe cose hari aho ukwicuza gushika. 👉 Nimukande Subscribe 👍 Like 🔔 Mushireho Bell kugira ntimusubirwe n’izindi nkuru n’inyigisho zikomeye. #Urukundo #Inyigisho #Abagore #Abagabo #Storytime #Relationship