Перейти к содержимому

Twe Turi Aba Gen4 - Gen 4 Burundi

Focolari Burundi

0:00 / 0:00

Twe Turi Aba Gen4 - Gen 4 Burundi

953 просмотра · 2 года назад
Focolari Burundi
541 подписчик
953 просмотра · 2 года назад
TWE TURI ABA GEN4 Twe turi aba gen4(2x) Twebwe turi abana ba Chiara(2x) Twatoye gukunda Imana(2x) Kumwe Chiara yayikunze(2x) Yemeye gukunda abantu bose(2x) Kandi natwe nivyo dushaka(2x) R1/Kunda ubwambere/kunda umwansi, Kunda bose, kunda Yezu Bizoguha akamwemwe kenshi/bizoguha amahoro mu mutima. Aba gen4 dukora iki? Dukunda Yezu mubandi Aba gen4 dukunda gute/ Dukunda abandi mu bikorwa Ivyo bikorwa bimeze gute ? R2/Gufasha abavyeyi ibikorwa Abavukanyi n’abakozi Gufasha umwansi n’umukene Nivyo bikorwa biduha amahoro Aba gen4 dukora iki ?/Dukunda Yezu mu bandi Aba gen4 dukunda gute ? Dukunda abandi mugutanga Aba gen4 dutanga iki ? R3/ Akamwemwe, umwanya wacu/umunezero intwengo yacu Udukino hamwe n’indamutso/nivyo biduha amahoro None twebwe teiyemeje iki ? Gukwiza ugwo rukundo hose Mwiza we!(2x0 Uko niko twe dushaka kubaho Mwiza we!(2x) Iyo niyo nzira twe twatoye Mwiza we!(2x) Muragerageze namwe mwibonere R1/Kunda ubwambere……