TWEGEREZE (Official Live Video) ~ ULBU PENTECOSTAL CHOIR - Mutanga Nord
ULBu Choir_Mutanga Nord
0:00 / 0:00
TWEGEREZE (Official Live Video) ~ ULBU PENTECOSTAL CHOIR - Mutanga Nord
4 184 просмотра · 18 ч назад
ULBu Choir_Mutanga Nord
2,39 тыс. подписчиков
4 184 просмотра · 18 ч назад
Song writer : Violette IRAKOZE
Leader : Arlène NSENGIYUMVA & Don Divin
Singers: ULBu Pentecostal Choir - Mutanga Nord (ULBu= Université Lumière de Bujumbura)
[Video Production, editors & Lightning : Sani Media
Live Recording, mix & mastering : Eric Pro (Deguitare)
Song arrangement : Glade Gladdys
Main Piano : Daniel
2nd Piano : Godlight
3rd Piano : Zenopha
Bass : Elam Bass
Solo : Éric Pro (Deguitare)
Drum : Gad
Vocal arrangements: Christella (Kita)
Recorded Live at CLM]
Lyrics : TWEGEREZE ATA BWOBA (Abaheburayo 10:19-25)
1. Ko turi n’ubushizi bw’ubwoba bwo
gushikanwa ahera cane n’amaraso ya Yesu,
duciye munzira yadutoboreye nsha iri
n’ubugingo ica mugihuzu gikinze,
bisobanurwa ngo mumubiri wiwe
R/ Twegereze ata bwoba bene Data x2 Yesu
hamwe kumusaraba yaravuze ati, ivyo
gucungura abantu birarangiye.
2. Kandi ko dufise umuherezi akomeye
aganza urugo rw’Imana, tugumye ukwatura
ivyizigiro kwacu ntikunyiganyige kuko
uwaduhamagaye ar’uwo kwizerwa.
3. Ivyo vyizigiro tubifise nk’ikizirika
umutima kigumye gikomeye, cinjira hirya
y’igihuzu gikingiriye ahera cane aho Yesu
yatwinjiriye, atwitangiye imbere.
#twegereze
#ulbu_choir
#mutanga_nord
#Gospel
#urwaruka
#Chorale_pentecotiste
#lumiereMutanga_nord