Fabrice and Maya: #UGUSENGA ( No 49 Kirundi #Cantiques) Heavenly Melodies #Africa
Heavenly Melodies Africa
0:00 / 0:00
Fabrice and Maya: #UGUSENGA ( No 49 Kirundi #Cantiques) Heavenly Melodies #Africa
79 506 просмотров · 5 лет назад
Heavenly Melodies Africa
64,6 тыс. подписчиков
79 506 просмотров · 5 лет назад
If you love our music and would like to support us financially consider joining our channel by clicking here / @hmafrica
Or send your donation via Paypal using https://paypal.me/hmafrica?country.x=... If you love our music and would like to support us financially consider joining our channel by clicking here / @hmafrica
Or send your donation via Paypal using https://paypal.me/hmafrica?country.x=... Click here to support our ministry: https://hmafrica.uscreen.io/
Fabrice and Maya: #UGUSENGA 49( Kirundi #Cantiques) Heavenly Melodies #Africa
#UGUSENGA NO 49
1.Ugusenga. ugusenga
Kuramfash' ibihe vyose,
Kunshikana kuri Data,
Akankiza mu bingoye.
Kandi Satan' iy' anteye
Akansuk' uburyo bgose,
Ibihetangabo kenshi,
Ugusenga kuramfasha.
2. Wa gusenga, wa gusenga,
Amababa yaw' ajana
Ivyo nsaba kuri Data,
Yiteze kump' umugisha.
Kw ari we nzigak' ubuntu,
Sinzoreka kumusenga,
Nzomukorer' amaganya:
Ntazokwanka kunduhura.
3. Kand' igihe kizoshika
Mbon' ibiri kure vyose,
Vy’ igihugu citereye
Hariy' i wacu mw ijuru.
Ni ho nzoca nterurirwa,
Njanwe n'abamarayika,
Ndirimban' umunezero:
Nt' Ugusenga ni gukuru.