Umukuru w'igihugu yategetse ko mu mavuriro yose hashirwaho igisata cigisha abantu gufungura neza
JUMUIYA 📺
0:00 / 0:00
Umukuru w'igihugu yategetse ko mu mavuriro yose hashirwaho igisata cigisha abantu gufungura neza
176 просмотров · 18 ч назад
JUMUIYA 📺
45,4 тыс. подписчиков
176 просмотров · 18 ч назад
Umukuru w'igihugu yategetse ko mu mavuriro yose hashirwaho igisata cigisha abantu gufungura neza. Yabishikirije kuri uwu wa 16 Gitugutu 2026, ku kibuga "Amahoro" ca Kigamba muri komine Cankuzo, intara ya Buhumuza, mu birori vyo guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe gufungura neza, umunsi wahimbajwe ku civugo: "Duhindure ingendo mu vyo dukora, dutegure kazoza mu ntumbero yo gushigikira ugufungura neza"