Перейти к содержимому

Ni gute umushahara wowubakamwo BUSINESS ? Nivyo tugiye kuganira murino video .

Money and Mindset

0:00 / 0:00

Ni gute umushahara wowubakamwo BUSINESS ? Nivyo tugiye kuganira murino video .

444 просмотра · 1 мес. назад
Money and Mindset
340 подписчиков
444 просмотра · 1 мес. назад
ubumenyi ufise kumafaranga nibwo buzotuma utera imbere kandi nibwo buzogufasha kwubaka BUSINESS yawe no kumenya ukwo amafaranga akora ✅✅ Ushaka kwubaka business bigusaba kuba ufise igicapo ca BUSINESS yawe , niyompanvu mwotugana kugira tubafashe gukora PLAN D'AFFAIRE Y'IMIGAMBI YANYU . NUMERO WHATSAPP 👇 👇 65997487 KURI FACEBOOK KURI TIKTOK NA CHAÎNE WHATSAP HOSE ni MONEY AND MINDSET ✅