Film SORRY Part 7 Final ... Urukundo rwukuri ntirutsindwa!
JOYFUL IMAGE FILMS
0:00 / 0:00
Film SORRY Part 7 Final ... Urukundo rwukuri ntirutsindwa!
5 135 просмотров · 4 месяца назад
JOYFUL IMAGE FILMS
37,6 тыс. подписчиков
5 135 просмотров · 4 месяца назад
Film SORRY - INTIMBA Y'UMUKUNZI - FINAL
Nimba wubatse canke witegurira kwubaka,
iyi Film niwewe twayiteguriye, uyirabe ikuyohere.
SORRY - Intimba y'Umukunzi ni Film yubakiye kunkuru y'Umugabo yubatse
ariko agakundwa n'umugore wa Boss wiwe bahoze bakundana (umu ex wiwe).
Ni Film nziza cane ivuga vyinshi kumubano w'abubatse n'insiguro y'urukundo rw'ukuri.
Iteguye mubuhinga budasanzwe butuma umuntu wese ayiravye atazigera ayibagira.
Raba izindi Film nziza cane nk'iyi uciye hano
• JOYFUL IMAGE FILMS - FULL MOVIES
• FILM SORRY - INTIMBA Y'UMUKUNZI
• ICAMWA C'URUKUNDO SERIES SAISON 1
• ICAMWA C'URUKUNDO SERIES SAISON 2
• Film LOVE IN 3 DAYS / URUKUNDO MUMISI 3
Aha kuri chaine ya JOYFUL IMAGE FILMS ni ikibanza ciza twabateguriye
kugira ngo tuze turabacishirizaho ama Film meza cane y'ubwenge tubategurira.
Ntakindi gicako atari ama film abahereza ivyishimo,
Film zikozwe mubuhinga buhanitse ziryoshe cane.
Film zacu zibamwo inyigisho z'urukundo, iz'abubatse n'izindi.
Mukutwereka ko mudushigikiye, mukunda ibikorwa vyacu,
mudufashe mumugongo kandi murikumwe natwe 5/5,
tubasabe mukore SUBSCRIBE kuri iyi chaine yanyu,
twubake umuryango umwe munini.
Tubategurira Film z'urukundo, Filim dramatique (drama)
comedie n'izindi nka Film d'action, Film d'horreur, thriller.
Film ndundi - Film nyarwanda - International movies (Kirundi / Kinyarwanda - English)
Burundian movie / Rwandan movie | Full movie - Short Film /
Court Metrage - Love Film / Love stories
Dukorera kuri YouTube, Facebook, TikTok na Instagram hose kwizina rya Joyful Image Films. Ushobora kutwakura kuri whatspp +25766744624 canke +25761627688
Sorry Part 7 FINAL | Bill, Julia, Sarah, Romeo
Sorry s1ep6
film ndundi
film ndundi 2026
film ndundi z'urukundo
film nyarwanda z'urukundo
Intimba y'umukunzi
Nitanga Noé Josh
Josh, Amanda
Joyful Image Films
Films africains
Joyful World
African Films Heart, Joyful Lens Studios
#film #love #couple #movie #lovestory #romance #drama
#Joyful #Image
#African #Films #Heart
#Joy