IGIHE by Mama Baby
Nelly Songolo
0:00 / 0:00
IGIHE by Mama Baby
1 371 просмотр · 6 дней назад
Nelly Songolo
297 подписчиков
1 371 просмотр · 6 дней назад
IGIHE ni indirimbo ivuga ku bihe turimwo muri iki gihe, n’ingene isi n’ubuzima vyagiye birahinduka. Ni ubutumwa buduhamagarira kwiyumvira ku buzima bw’ubu, ku mpinduka zibera kw’isi no ku kuntu twakira ibihe bishasha.
🎵 IGIHE — MAMA BABY
Nimba ukunze iyi ndirimbo, shigikira umuririmvyi mugukanda LIKE, wandike iciyumviro cawe kandi wiyandikishe kuri iyi chaîne (SUBSCRIBE) kugira ngo ugume ukurikiranira hafi indirimbo nshasha za Mama baby.
🙏 Murakoze cane gushigikira umuziki mpayagiza mana w’i Burundi! 🇧🇮
#IGIHE #MamaBaby #BurundiMusic #KirundiMusic #Burundi #MusiqueBurundaise