UMWANA W'UMUNTU BY UMOJA GROUP AUSTRALIA.
UMOJA GROUP AUSTRALIA.
0:00 / 0:00
UMWANA W'UMUNTU BY UMOJA GROUP AUSTRALIA.
84 248 просмотров · 3 года назад
UMOJA GROUP AUSTRALIA.
29,5 тыс. подписчиков
84 248 просмотров · 3 года назад
Umwana w'ubuntu ni indirimbo ya Umoja Group Australia. Iyi ndirimbo yaririmbwe mukwezi kwa Munyonyo umwaka wa 2022. Turashimira cane abantu mutuba hafi mukudusengera eka ndetse mukanadukurikirana mugatako indirimbo zacu mukazisangiza abandi. Imana ibahezagire cane. Mufise ico mubaza, twakure kuri WhatsApp +61451789140.