Mgr Gervais Banshimiyubusa yahimbaje yubire y’imyaka 25 amaze yatiwe mw' ibanga ry'ubwepiscopi
Mashariki TV
0:00 / 0:00
Mgr Gervais Banshimiyubusa yahimbaje yubire y’imyaka 25 amaze yatiwe mw' ibanga ry'ubwepiscopi
13 044 просмотра · 1 г. назад
Mashariki TV
481 тыс. подписчиков
13 044 просмотра · 1 г. назад
Umwungere wa Diyoseze nkuru ya Bujumbura, Gervais Banshimiyubusa yahimbaje yubire y'imyaka 25 amaze ari muri ayo mabanga ndetse no kwugurura umwaka w'ubutumwa wa 2025 ushira 2026 kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 20 Nyakanga 2025.
Ivyo birori vyatangujwe n'inkuka ya misa aho yari yatewe iteka n'indongozi z'igihugu zikuru zitandukanye. #Burundi