Kutagira amategeko agenga aba 'Influencers' mu Rwanda, bibakwegera mu vyaha.| BBC News Gahuza
BBC News Gahuza
0:00 / 0:00
Kutagira amategeko agenga aba 'Influencers' mu Rwanda, bibakwegera mu vyaha.| BBC News Gahuza
7 900 просмотров · 2 месяца назад
BBC News Gahuza
36,5 тыс. подписчиков
7 900 просмотров · 2 месяца назад
Iki kiganiro c'imvo n'imvano cerekeye akazi k'aba 'Influencers' mu Rwanda. Muri iki gihugu uyu mwuga utunze abantu benshi. Ariko nta mategeko ahari abagenga. Hari n’abamaze guhanwa bazira ivyo bacisha ku mbuga hwaniro zitandukanye. Ibibazo kuri uwo mwuga haba mu Burundi canke mu Rwanda ntibitandukanye cane.
Ikiguma kigaruka gusumba ibindi n’aho aba 'Influncers' batandukanira n’abamenyeshamakuru, n’uko baheza bagakora uwo mwuga.
Kanda hano ukore subscribe 👉🏾 / @bbcnewsgahuza
00:00:00 - 00:02:19 Intangamarara
00:02:19 Aba 'Influencers' bakora gute?
00:10:47 Hoba hariho amategeko agenga aba 'Influencers'?
00:21:12 Aba 'Influencers'? barubahiriza amategeko agenga itangazamakuru?
00:29:37 Amajambo "Gutwika" na "Prank" akoreshwa gute?
00:44:40 Gusozera n'iimpanuro
#BBCNewsGahuza
-----------------------
Iyi ni YouTube channel nyakuri ya BBC News Gahuza.
Ukeneye kureba video ku makuru y’akarere n’amahanga mu buryo butabogamye? Wageze aho biri.
BBC ni yo soko y’amakuru yizerwa kurusha ayandi masoko ku isi.
Aha tuzakugezaho inkuru mbarankuru, inkuru z’icukumbura, ibiganiro n’ibyamamare, video zisobanura ibintu, ku ngingo zikureba zirimo imyidagaduro, imikino, politike, ubugeni, siyanse, ubuzima, byose mu rurimi wumva.
Urakoze gukora subscribe kuri channel yacu. Niba ukunda ibi dukora dusange na hano:
BBC News Gahuza website 👉🏾 https://www.bbc.com/gahuza
Facebook 👉🏾 / bbcnewsgahuza
Twitter 👉🏾 https://x.com/bbcgahuza
WhatsApp 👉🏾 https://bbc.in/47y8V4j