Ibibazo bihanze abarundi baba muri USA: Iciyumviro ca Samuel Ndayiragije Umurongozi mukuru wa DICOBU
DICOBU TV
0:00 / 0:00
Ibibazo bihanze abarundi baba muri USA: Iciyumviro ca Samuel Ndayiragije Umurongozi mukuru wa DICOBU
370 просмотров · 3 года назад
DICOBU TV
15 тыс. подписчиков
370 просмотров · 3 года назад
Mw' ijambo yashikirije umuyobozi mukuru wa Dicobu asoza inama yashimiye buri wese ku vyiyumviro yatanze. Ati iyo tuvuga ibibazo turakira. Ariko iyo tuvyirengagije bitugumamwo. Yasavye abarundi kureka umuco wo kudashigikirana no kurwanyana , umuco wo kuraba uwabikoze aho kureba ivyo yakoze. Dicobu ntishigikira umuntu ishigikira ibikorwa. Yatanze akarorero k'isabukuru ya Dukunde uburundi nka bimwe mu bitaramo bizabera i Bujumbura Dicobu iriko irategura.