“ABANDI 9 BAGIYE HEHE?”Ev Romain
Evangelist Romain official
0:00 / 0:00
“ABANDI 9 BAGIYE HEHE?”Ev Romain
254 просмотра · 2 недели назад
Evangelist Romain official
67 подписчиков
254 просмотра · 2 недели назад
“ABANDI 9 BAGIYE HEHE?”
📖 LUKA 17:11-19
Yesu yakijije abanyamibembe 10, ariko umwe gusa ni we yagarutse kumushimira!
❓ None abandi 9 bagiye hehe?
❓ Kuki Yesu yabajije ati: “Mbega ntibakize bose uko ari icumi?”
❓ Woba nawe waribagiye gushimira Imana ku vyo yagukoreye?
🔥 Muri ubu butumwa turiga akamaro ko gushimira Imana, kumenya ivyiza yatugiriye no kutibagira ubuntu bwayo.
🙏 Iyi nyigisho irashobora guhindura uburyo ubona ivyiza Imana yagukoreye.
🎤 EV. ROMAIN TUYIKEZE
❤️ LIKE 👍
💬 COMMENT: AMEN
🔔 SUBSCRIBE kugira ntuzocikwe n’izindi nyigisho z’Ijambo ry’Imana.
📲 SHARE ubu butumwa n’abandi kugira na bo bahezagirwe.
#Yesu #Abanyamibembe10 #GushimaImana #IjamboRyImana #EvRomain #InyigishoZaBibiliya #JesusChrist #BibleTeaching #ChristianMotivation #Luka17