Aba nyamigambwe bamenyesha ko ibiturire, n'amategeko adakwiye arizo nzitizi z'imbonakazoza 2040-2060
Indundi TV
0:00 / 0:00
Aba nyamigambwe bamenyesha ko ibiturire, n'amategeko adakwiye arizo nzitizi z'imbonakazoza 2040-2060
23 400 просмотров · 1 г. назад
Indundi TV
493 тыс. подписчиков
23 400 просмотров · 1 г. назад
#indundinews : Mu kiganiro catuganijwe n' ishirahamwe ryihaye guhimiriza abarundi guhindura ingendo #parcem ku banyimigambwe mu Burundi, barerekanye impungenge bafise Ku #mbonakazoza2040_2060, kuba atagitabo kiyigenga, kikayerekana neza , abashingamateka bakaba batarayisigurigwa, babona ko ari intambamyi ikomeye narirya higeze gutanguzwa umugambi wiswe corruption 0 ukanigigwa mu menshi kandi wari watangujwe n'umukuru w'Igihugu ...