Icana Ca Buja - Mr Joker feat Double jay (Official Video)
Mr Joker Burundi и Double Jay OnceAgain
0:00 / 0:00
Icana Ca Buja - Mr Joker feat Double jay (Official Video)
157 048 просмотров · 8 месяцев назад
Mr Joker Burundi и Double Jay OnceAgain
157 048 просмотров · 8 месяцев назад
Art : Mr Joker feat Double jay OnceAgain
Song : Icana Ca Buja
Video Director: @johnelarts
Prod. by Bedi Best
Outfits by Stay Mars
mbonuri clean uri fresh
uraberewe wa mwana !
rekirijoro hashe
nyemerera ko tudatana
guhishako nkwemera n'ukuri vyananiye Eeh
ega to night nd'uwawe
niwe wanyigaruriyee eeh
Bose bashaka kukuronka !
bose basha batere imitoma !
iyo body iri bomba erega ndakubuze
nohomba aaaah
yeeeh ! bimenye neza
ndikumwe nawe niyumva neza
ivyawe nimiriro nta mikino ooh baby
all nights long
all night long
all night long
all night long ntunsige
eh Icana Ca Buja
Icana Ca Buja bashaa ×4
VERS TWO 2
icumutima ukunze
isogo zisumba inyama
kandi amaso akunda ngo ntabona neza
nakubonye rimwe ndakugomwa Eeh iyeeeh
baby girl take it slow
I like when you roun slowly on me
iyutaza ntivyari kuryoha
baby girl imera ko tujana
kusema ukweli nakupenda sana
wallah nukuri jewe ndafufana
yeeeh !
eregiyutaza ntivyari kuryoha
iyutaza nariguca ntaha
eregiyutaza ntivyari kuryoha iyutaza nariguca ni
nitahira
yeeeh ! bimenye neza
ndikumwe nawe niyumva neza
ivyawe nimiriro nta mikino ooh baby
all nights long
all night long
all night long
all night long ntunsige
yeeeh ! bimenye neza
ndikumwe nawe niyumva neza
ivyawe nimiriro nta mikino ooh baby
eh Icana Ca Buja
Icana Ca Buja bashaa ×4
management : the Eagles entertainment .