💔Igice ca 3/ Uko twahuye numugabo wambere/ uko namuhamariye police/ ubuzima butagira icerekezo💔
VESTINE RIB TV
0:00 / 0:00
💔Igice ca 3/ Uko twahuye numugabo wambere/ uko namuhamariye police/ ubuzima butagira icerekezo💔
13 428 просмотров · 3 г. назад
VESTINE RIB TV
5,55 тыс. подписчиков
13 428 просмотров · 3 г. назад
Iyi ntahe nigice ca #3 c’intahe za Madame Vestine. Kurikira ukuntu yahatswe kwisuka kumbugita kubera amakuba yahuriye nayo murugo.
Ushobora kuba harivyo waciyemwo bisa nivyo, wotwakura kuri Watsapp y’a RIB TV kuri 1613 6337110 canke ukatwandikira muntumbero yo ku dutera intege.
Turabasaba kandi ko mwoshishikara gukora S’abonner kugira mushikirwe nibiganiro tubashikiriza Ubwambere. Mwarahezagiwe.