Перейти к содержимому

INDIRIMBO ZA CHORALE FANFARE YA GROUPE BIBLIQUE DU LYCÉE DE KIREMBA SUD

MEIRRA Tv

0:00 / 0:00

INDIRIMBO ZA CHORALE FANFARE YA GROUPE BIBLIQUE DU LYCÉE DE KIREMBA SUD

22 282 просмотра · 3 года назад
MEIRRA Tv
224 тыс. подписчиков
22 282 просмотра · 3 года назад
Urukurikirane rw'indirimbo zaririmbwe na Chorale Fanfare y'i Kiremba mu bikorane bitandukanye Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇    / @meirratv   Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira: +257 79 24 16 79 (WhatsApp) +257 79 08 91 49 (WhatsApp) YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!