WAGIZE NEZA By COSTA COKS ft BIG ZOE(official Music Video)
Costa coks
0:00 / 0:00
WAGIZE NEZA By COSTA COKS ft BIG ZOE(official Music Video)
6 268 просмотров · 2 г. назад
Costa coks
3,73 тыс. подписчиков
6 268 просмотров · 2 г. назад
Lyrics
Amashimwe n'impundu nivyawe
Guhimbazwa gutazirwa nivyawe
Oooooh wagize neza
Oooooh wagize neza
Verse 1
YESU we wewe wama unzigama
Ntuhunyiza wewe wama unkiza
Umwiza umpiga ngunzimanganye
YESU wewe washize inkomezi zawe muri jewe
Ubusinkir'imbohe y'umwiza
Narabohowe Ubu ndinyegu yawe
Chorus:
Kubuzima bwawe wampaye wagize neza
Amahoro,urukundo wampaye
Wagize neza
Kwidegenvya kuba samurarwa wagize neza
Wagize neza
Wagize neza
Wagize neza
Verse 2:
Mumiriro mumipfunda sinigezembona wewe unsiga
Narimuto none ndashaje sindabona umugororotsi ahebwa
Uhaz'ibiguruka nivyikwega hasi mukanwakanje harijambo rimwe ritsind'umwansi
Kwicisha bugufi ntuvyitiranye nohasi navyawe n'Umwami aganza amasi
Warishikiguzi kubwanje usigubumana nguzubambwe kugira nanje ndabuhabwe eeeeh
Wampaye kuba iburyo bwawe ngonse nawe nganzanye nawe eeee
_Dir & Edited by Willer
_D.O.P : Willer & BrightGold
-Colorister : Yverson Kzy
_Prod By Millisouls records
_Audio prod By Aguilla
_The Chorus was sung by Francis Destin