Перейти к содержимому

TUJE GUKENGURUKA - Concert du 31/12/2023 - Église de Pentecôte de Cibitoke

MEIRRA Tv

0:00 / 0:00

TUJE GUKENGURUKA - Concert du 31/12/2023 - Église de Pentecôte de Cibitoke

1 586 просмотров · 2 г. назад
MEIRRA Tv
233 тыс. подписчиков
1 586 просмотров · 2 г. назад
Igiteramo c'indirimbo n'amashimwe cabereye mw'Ishengero rya Pentecôte ry'i Bujumbura Ububwiriza bwa Cibitoke Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇    / @meirratv   Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira: +257 79 24 16 79 (WhatsApp) +257 79 08 91 49 (WhatsApp) YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!