NI MUMUHAMBURURE MUMUREKE, AGENDE || Rev.Pastor Olivier IRAKOZE
SGCC TV Official
0:00 / 0:00
NI MUMUHAMBURURE MUMUREKE, AGENDE || Rev.Pastor Olivier IRAKOZE
3 545 просмотров · 1 г. назад
SGCC TV Official
29,3 тыс. подписчиков
3 545 просмотров · 1 г. назад
Vyukuri turashaka guhamburugwa? Ngo iyo duhawe ibitangaza (ivyo dusaba Imana) tukiboshwe tugenda kuboha abandi. Birashoboka cane ko umuntu aronka igitangaza kandi agihambiriwe. Ati rero niduhindure isengesho dusabe guhamburugwa kuko biraryoshe cane kwakira igitangaza tutakiboshwe.
Yohana 11:43-44