Umukuru w'igihugu amenyesha ko umuntu wese ahingura ifumbire kama afise uruhusha rwo kuyidandaza
Mashariki TV
0:00 / 0:00
Umukuru w'igihugu amenyesha ko umuntu wese ahingura ifumbire kama afise uruhusha rwo kuyidandaza
20 872 просмотра · 4 дн. назад
Mashariki TV
480 тыс. подписчиков
20 872 просмотра · 4 дн. назад
Urwaruka rukorera mu gisata co gukora ifumbire atari mvaruganda rwakoranijwe n'Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye, kuri uyu wa 06 Gitugutu 2026, kugira barabire hamwe ingene bofatwa mu mugongo bakoranye na #ISABU kugira ngo igihugu c'Uburundi ciharizwe n'ifumbire atari mvaruganda. Ariko urwo rwaruka ruvuga ko mu bushikiranganji bw'uburimyi n'ubworozi n'ibidukikije harimwo abaruca intege. #Burundi #ifumbire #PaysBio #EngraisNaturel