Перейти к содержимому

Bishasha kuri yambabura Nyabwonko

J.P.G Tv

0:00 / 0:00

Bishasha kuri yambabura Nyabwonko

1 041 просмотр · 2 г. назад
J.P.G Tv
10,9 тыс. подписчиков
1 041 просмотр · 2 г. назад
Vyoshoboka ko ubuhinga butera imbere musisata bitandukanye mugihe urwaruka rufise impano zitandukanye rwokorera mu runani,umwe wese agatanga ico afise.Bivurwa na Timoteyo Nicoyangereye umushakashatsi akaba n’umuhinga mugukora imbabura nyabwonko aho ndetse ahamagarira urwaruka rufise ivyo ruriko rurakora kwitura ico kigo arongoye #SGEC kugira ivyo badashoboye babifashanye.Mushobora gukurikirana amakuru y'intara ya Gitega kandi kuri Facebook https://www.facebook.com/Gitegaprov/?..., kuri Twitter   / gitega  , hamwe no ukuri site web y'intara www.provincegitega.gov.bi