ADO JOSAN ft BIG FIZZO - HMM | AKEZA LIVE SESSIONS
AKEZA TV
0:00 / 0:00
ADO JOSAN ft BIG FIZZO - HMM | AKEZA LIVE SESSIONS
17 500 просмотров · 4 г. назад
AKEZA TV
230 тыс. подписчиков
17 500 просмотров · 4 г. назад
🔴 Ado Josan ntituzi ukuntu abigenza kugira agume ari hejuru. Ariko ico twemeranya twese n’uko n’aho aba mu mahanga agerageza gukora indirimbo nziza zituma aguma ari Hit mu Burundi. Uyu munsi rero muri “Akeza Live Sessions “ twabahitiyemwo indirimbo yiwe #HMM, yakunzwe cane, ikanarenza umuriyoni w’abayiravye kuri YouTube.
Ni Hit canke ni Hit cane?
#akezanet #lesbeautesdecheznous #akezanet #Burundi