Hatangujwe ibikorwa vyo kwubaka ibarabara ry'indarayi UVINZA- MUSONGATI rizohuza Tanzania n'Uburundi
Mashariki TV
0:00 / 0:00
Hatangujwe ibikorwa vyo kwubaka ibarabara ry'indarayi UVINZA- MUSONGATI rizohuza Tanzania n'Uburundi
55 871 просмотр · 1 год назад
Mashariki TV
475 тыс. подписчиков
55 871 просмотр · 1 год назад
#Burundi Ibikorwa vyo gutanguza kwubaka ibarabara ry'indarayi UVINZA- MUSONGATI (#SGR railway) rizohuza igihugu ca #Tanzania n'igihugu c'Uburundi vyarabaye kuri uno wa 16 Myandagaro 2025 muri commune MUSONGATI, ibikorwa vyari bihagarariwe na prezida w'Uburundi Evariste NDAYISHIMIYE na Kassim MAJALIWA umushikiranganji wa mbere wa Tanzania.