IBARABARA RY'INDARAYI UVINZA-MUSONGATI RIRATANGUJWE ICESE
TV RTNB
0:00 / 0:00
IBARABARA RY'INDARAYI UVINZA-MUSONGATI RIRATANGUJWE ICESE
2 290 просмотров · 1 год назад
TV RTNB
223 тыс. подписчиков
2 290 просмотров · 1 год назад
Umukuru w'igihugu c'Uburundi Ndayishimiye Evariste n'umushikiranganji wambere wa Tanzaniya Kassim Majaliwa Majaliwa bahejeje gutanguza ku mugaragaro iyubakwa ry'ibarabara ry'indarayi Uvinza-Musongati, ku musozi Rubara wa komine Musongati y'intara ya Burunga, ibirori vyatewe iteka n'abanyacubahiro benshi bo mu Burundi na Tanzaniya.