Перейти к содержимому

Sebarundi na MamaBurundi bahimbarije umusi mukuru w'Aberanda bose muri paruwase Mpanuka, i #Gitega

Ntare Rushatsi House TV

0:00 / 0:00

Sebarundi na MamaBurundi bahimbarije umusi mukuru w'Aberanda bose muri paruwase Mpanuka, i #Gitega

3 178 просмотров · 6 ч назад
Ntare Rushatsi House TV
124 тыс. подписчиков
3 178 просмотров · 6 ч назад
Ku musi mukuru w’Aberanda bose (Toussaint), Umukuru w’Igihugu c’Uburundi akaba n’Ubumwe bwa Afrika, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe, Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 1 Munyonyo 2026, bifadikanije n’abakristu bo muri paruwasi Mpanuka, iri muri Diyoseze nkuru ya Gitega, mu guhimbaza inkuka y’imisa, ijanye n’uyo musi mukuru.