Перейти к содержимому

SAT_B AND NATACHA BARATOWE KUZOJA MWIHIGANWA RYA HIPIPO MUSIC AWARD MURI UGANDA

Vibe With Young Donna

0:00 / 0:00

SAT_B AND NATACHA BARATOWE KUZOJA MWIHIGANWA RYA HIPIPO MUSIC AWARD MURI UGANDA

62 просмотра · 12 дн. назад
Vibe With Young Donna
1 тыс. подписчиков
62 просмотра · 12 дн. назад
KING SAT-B na NATACHA BURUNDI batowe mu bazohiganirwa HIPIPO MUSIC AWARDS 2026 izobera muri Uganda 🇺🇬🔥 Muri iyi content turabagezaho inkuru y’aya mazina akomeye mu muziki w’Uburundi, aho Natacha Burundi yatorewe guhiganwa biciye ku ndirimbo “MPINZIRA”, mu gihe King Sat-B yatorewe guhiganwa biciye ku ndirimbo “TEL AVIV”. 🎶🏆 Ni intambwe ikomeye ku muziki w’Uburundi, kandi ni ishema kubona abahanzi bacu bahabwa amahirwe yo guhiganira ibihembo bikomeye muri Uganda. 👉 Ni nde ubona akwiriye gutwara Award? 👉 NATACHA cyangwa KING SAT-B? Andika igitekerezo cawe muri COMMENT, kandi ntibagwe gukanda LIKE, SHARE na SUBSCRIBE kuri channel. #KingSatB #NatachaBurundi #Mpinzira #TelAviv #HIPIPOMusicAwards2026 #HIPIPO #BurundiMusic #BurundianMusic #MusicAwards #Uganda #VibewithYoungDonna