Перейти к содержимому

AMATEKA Y,IKIGAZI MUTARI MUZI

Vibe With Young Donna

0:00 / 0:00

AMATEKA Y,IKIGAZI MUTARI MUZI

228 просмотров · 1 г. назад
Vibe With Young Donna
1 тыс. подписчиков
228 просмотров · 1 г. назад
Iyi video irerekana igiti c’ikigazi (palmier à huile) nk’uko gikoreshwa mu Burundi hamwe bomubindi bihugu bimwe bimwe. 📸 Amafoto: 1. Ifoto y'inzu y'ibumba irimwo igiti c'ikigazi inyuma © Arthur Nkunzimana, Wikimedia Commons Licence: Creative Commons Attribution-Share Alike 4.0 2. Ifoto y’igiti c’ikigazi kiri hafi y’inyubako y’ishure © Frankyta, Wikimedia Commons Licence: Creative Commons Attribution-Share Alike 4.0 Igiti c’ikigazi gikomoka muri Afrika y’ubuseruko, kikaba gikundwa cane mu Burundi kubera amavuta y’amamesa avamwo. Amavuta y’ikigazi akoreshwa mu guteka, gukora isabuni, ibikoresho vy’isuku n’ibindi.