Imbabura ikingira ibidukikije : Ikoresha umubire mu gishingo c'amakara
MINEAGRIE BURUNDI TV
0:00 / 0:00
Imbabura ikingira ibidukikije : Ikoresha umubire mu gishingo c'amakara
4 435 просмотров · 2 г. назад
MINEAGRIE BURUNDI TV
3,39 тыс. подписчиков
4 435 просмотров · 2 г. назад
DUKINGIRE IBIDUKIKIJE
Ikiganiro INKA, IMIRIMA N'IBIDUKIKIJE c'uyu musi kiza kwerekana uburyo butandukanye abantu bashobora gukoresha mu gukinjika mu ntumbero yo kugwanya guhonya ibiti bivamwo amakara.
Ido n'ido ni muri ico kiganiro. Uwutaronka akanya ko kugikurikirana uyu musi, arashobora kugikurikirana ku musi wa gatanu 27/9/2024 (18h00) ku mboneshakure y'igihugu, RTNB. Hamwe no ku rubuga youtube (MINEAGRIE BURUNDI TV)IGANIRO INKA, IMIRIMA N'IBIDUKIKIJE
DUKINGIRE IBIDUKIKIJE
Kur'uyu wa gatatu igenekerezo rya 25/9/2024 ikiganiro gica ku mboneshakure y'igihugu (RTNB) kuva isaha zibiri z'ijoro(20h00), inyuma y'amakuru y'ikirundi.
Ikiganiro c'uyu musi gishimikira ku buhinga bw'imbabura ikoresha imicafu y'amavuta y'imoteri (umubire) mu gishingo c'amakara.
Ido n'ido ni muri ico kiganiro.