THE ART OF DOING THE IMPOSSIBLE John5:1-15✍️✍️✍️✍️. 🧎🧎🧎
Tumaini TV official
0:00 / 0:00
THE ART OF DOING THE IMPOSSIBLE John5:1-15✍️✍️✍️✍️. 🧎🧎🧎
16 просмотров · 1 месяц назад
Tumaini TV official
139 подписчиков
16 просмотров · 1 месяц назад
yohana 5:1-15HARI UWARI AGWARIYE KUKIDENGERI BATESIDA
--------------------------------------------------------------------
Uwar' arwariye ku kidengeri citwa Betesida
5Hanyuma y'ivyo haba imisi mikuru y'Abayuda; Yesu aduga i Yerusalemu.
2 Kand' i Yerusalemu hafi y'irembo ry'intama, har' ikidengeri, mu Giheburayo citwa Betesida, carikw amabaraza atanu. 3 Muri yo hari haryamye abantu benshi barwaye, n'impumyi, n'abacumbagira, n'abanyunyutse. [Bari barorereye kw amazi azikuruka. 4 Kuko rimwe-rimwe umumarayika yamanuka aja muri kino kidengeri, akazikurura amazi. Maz' uwitangiye gutambukiramwo, amazi azikurutse, ni we yakira indwara yamufashe iy' ari yo yose.] 5 Harih' umuntu yar' afise indwara ayimaranye imyaka mirongwitatu n'umunani. 6 Yesu amubonye aryamyeho, kand' amenye kw amaze igihe kirekire, aramubaza, ati Wumva ugomba gukira? 7 Uno arwaye aramwishura, ati Mugenzi, nta muntu mfise wo kunyinikira mu kidengeri iy' amazi azikurutse: kuko ngira ngo ndaza uwundi akantanga gushungurukiramwo. 8 a Yesu aramubgira, ati Va hasi, ikorere ikirago cawe, ugende. 9 b Buno nyene uwo muntu arakira, yikorera ikirago ciwe, aragenda.
Arik' uwo musi hari kw isabato. 10 c Nukw Abayuda babgira uwakijijwe, bat' Erega ni kw isabato: ntivyemerwa ko wikorera ikirago cawe. 11 Na we arabishura, at' Uwankijije ni we yambariye at' Ikorere ikirago cawe, ugende. 12 d Baramubaza, bat' Uyo muntu ni nde yakubariye ngw Ikorere ugende? 13 Arik' uwakijijwe ntiyar' azi uw' ari we, kuko Yesu yaciye yigira, kukw aho hantu har' abantu benshi. 14 e Hanyuma y'ivyo Yesu amubona mu rusengero, aramubgira, ati Raba wakize; ntugasubire gukora icaha, kugira ngo ntuz' ubone ibiruta ivya mbere. 15 Uno muntu aragenda, abgira Abayuda kw ari Yesu yamukijije. 16 f Ni co catumye Abayuda bahama Yesu, kuko yakoze ivyo kw isabato. 17 g Yesu arababgira, ati Data arakora kugeza n'ubu, nanje ndakora. 18 h Ni co catumye Abayuda barushiriza kurondera ingene bomwica, kukw atakengereye isabato gusa, arikw agatakw akita Imana kw ari Se bgite, akiringaniza n'Imana