Alexis Sinduhije ngo inzara izura inzara mu Burundi
Le Mandat
0:00 / 0:00
Alexis Sinduhije ngo inzara izura inzara mu Burundi
1 439 просмотров · 4 года назад
Le Mandat
64,7 тыс. подписчиков
1 439 просмотров · 4 года назад
📌Alexis Sinduhije ngo inzara ntigira amacakubiri. Uwo arongoye #MSD ngo aheruka kuvugana n'umupfakazi yapfakajwe yongera yicirwa umwana w'imfura na #CNDDFDD mu #Burundi.
🎤Mubivugako iki❓
🛑Ayo masanamu niyo uwo mugambwe wazindutse ushira ku mbuga ngurukanabumenyi mu gihe uno musi hibukwa imyaka 7 irangiye Abarundi batari bake, abari mu migambwe, abatari mu migambwe hamwe n'abari mu mashirahamwe yigenga bihaye amabarabara biyamiriza ikiringo ca gatatu c'umukuru w'igihugu.
☹️Muri ayo masanamu, Alexis Sinduhije avuga ko ubu inzara izura inzara mu banyagihugu bo mice yose uhereye no ku bakozi ba Reta.
❓Wewe niko ubibona?
Facebook https://fb.watch/cDI4PQLfVM/