Перейти к содержимому

Nyakubahwa umushikiranjanji arwane no kuzikorora akurikiranye amakosa imwe imwe iriko irakora.

Inama Nkenguzamateka

0:00 / 0:00

Nyakubahwa umushikiranjanji arwane no kuzikorora akurikiranye amakosa imwe imwe iriko irakora.

2 826 просмотров · 1 день назад
Inama Nkenguzamateka
8,52 тыс. подписчиков
2 826 просмотров · 1 день назад
Umukuru w'Inama Nkenguzamateka Nyeniteka Gervais Ndirakobuca asaba Edouard Bizimana, umushikiranganji w'imigenderanire y'Uburundi n'ayandi makungu, iyinjira ry'Uburundi mu mashirahamwe yo mu karere no gufashanya mw'iterambere, guhagarika guha impusha amashirahamwe arungika abantu hanze y'igihugu gukora ubuzi butandukanye. Avuga ko n'ayafise izompusha yogenzurwa neza, ayadakurikiza ivyo yiyemeje akugarwa. Yabishikirije kuri uyu wa 08 Gitugutu 2026 ku murwa mukuru wa poritike, mu ngoro y'amakoraniro y'Inama Nkenguzamateka, mu gihe umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo imigenderanire yari yaje gutanga inyishu ku bibazo vy'Abakenguzamateka.