Umugwizatunga SIMBARE/Ibanga ry'Ubutunzi bwiwe kuva 1970 gushika 2023🇧🇮/umviriza neza nimba Ushaka $
Agaciro Media
0:00 / 0:00
Umugwizatunga SIMBARE/Ibanga ry'Ubutunzi bwiwe kuva 1970 gushika 2023🇧🇮/umviriza neza nimba Ushaka $
13 741 просмотр · 3 года назад
Agaciro Media
101 тыс. подписчиков
13 741 просмотр · 3 года назад
#ibangaryabatunzi
#agaciromedia
#entreprenariat
Agaciro Media twafashe akanya tuganira n'Umugwizatunga SIMBARE J.BAPTISTE azwi nk'umugwizatunga atunze imyaka myinshi cane kurusha abandi mu Burundi
nta majwi yiwe twakoresheje kubera imyaka myinshi avuga gahoro,mu kiringo kinini.
twabahitiyemwo uburyo bwo kuvuga ivyo yatuganirije mu mwanya muto ushoboka kubijanye n'inzira yiwe y'ukuntu yateye imbere.
ico vyamusavye n'imikenyuro yakoresheje.
Twizereko iyi nkuru yabashitse ku nyota.
mugire SUBSCRIBE (S'ABONNER) Munasangize abandi iyi nkuru nterantege(MOTIVATION) kubipfuza gutera imbere.
wipfuza kuvugana na AGACIRO MEDIA :68013513
@NtareRushatsiHouseTV
@paeejburundi9895
@ClaudetteNSENGIMANA
@DashDashtv
@AbaVipTV
@ABAYOYvetteSandrine
@pamchanneltv1502
@sirenvibestv