BRAZZAVILLE UMUTIMA WA REPUBLIKA YA CONGO
Vibe With Young Donna
0:00 / 0:00
BRAZZAVILLE UMUTIMA WA REPUBLIKA YA CONGO
67 просмотров · 3 нед. назад
Vibe With Young Donna
773 подписчика
67 просмотров · 3 нед. назад
Amateka n’Umuco wa Congo-Brazzaville 🇨🇬
Muri iyi content turabagarukira ku gihugu ca Congo-Brazzaville 🇨🇬, tukamenya amateka yaco, uko abanyagihugu babayeho, imico n’imigenzo yabo, ibifungurwa bakunda, imyambaro yabo hamwe n’indimi zivugwa muri iki gihugu.
Turaza kandi kumenya ico Congo-Brazzaville izwi cane kw’isi, ubutunzi bwaco, ibihugu bihana imbibe naco, hamwe n’ibindi bintu bishimishije bishobora kuba bitazwi na benshi. 🌍❤️
👉 Raba iyi video gushika kw’iherezo kugira umenye vyinshi kuri Congo-Brazzaville.
#CongoBrazzaville #Congo #Afrique #Amateka #Umuco #AfricaCulture #Kirundi #VibeWithYoungDonna #MenyaAfrica #AfriqueCentrale