Перейти к содержимому

URISHURA_KURI Don Juste (Official Music Video)

KURI Don Juste

0:00 / 0:00

URISHURA_KURI Don Juste (Official Music Video)

5 193 просмотра · 1 г. назад
KURI Don Juste
1,16 тыс. подписчиков
5 193 просмотра · 1 г. назад
Ntimugire ico mwiganyira, Ariko muri vyose ivyo mugomba bimenyeshwe Imana, Mu gusenga no mu kwinginga bifatanije no gukunguruka. Ab'i Filipi 4:6 Written by Kuri Don Juste Audio mixing: Médard and Ebenga Vocals: Amandine, Nadège Drums: Amadi Guitars and Keys: Ebenga Lyrics Translated by Ange Bonté G. lyrics: 1. Mu gitondo iyo mvyutse Mpamagara izina ry' UHORAHO Tukirirwana umusi wose ugateba ukira Ungwanira intambara nkazinesha Mw' Ijoro iyo nryamye Iyo abansi bampiga bakambura Kuboko kwawe kw'i buryo kuranzigama Kukandinda amosha yose y'umubi C Mana urumva*2 Iyo nsenze urumva kandi Urishura Nico gituma ntagira ubwoba Bwo kukubwira ivyo nifuza vyose 2. Iyo ubuzima bunaniranye Iyo umutima wanje wuzuye amarira Iyo ntatahura ivyo uriko uranyigisha Nibuka ko vyose bivamwo ivyiza Iyo nishuwe ivyo nagusavye Ngaruka imbere yawe ngushimira Nkavuga ibikorwa vyawe bitangaje Nshima mvuga nti Mana warakoze 3. Ni wewe nsenga ukanyumva gose Ukibuka nivyo nigagiye vyose Ukabimpera ubuntu kuko unkunda gose Ntaco mbuza kurondera inyonga zawe Ndazi neza yuko ukunda ijwi ryanje Iyo nguhamagaye mvuga nti DATA Nka kubwira ivyuzuye umutima wanje Nkwibutsa isezerano ry' ijambo ryawe Mana Wishurira kugihe Wishurira kugihe cawe Wishurira kugihe Ngumana ivyizigiro vyanje. #burundi #eastafricanmusic #eastafricangospel #burundi #rwanda #rwandagospel