ICAMUZANYE_KURI Don Juste
KURI Don Juste
0:00 / 0:00
ICAMUZANYE_KURI Don Juste
1 705 просмотров · 1 год назад
KURI Don Juste
1,16 тыс. подписчиков
1 705 просмотров · 1 год назад
Song : ICAMUZANYE
Written by Kuri Don Juste
Inspiration: Luke 4:18_19
Audio Mixing: Médard and Ebenga
Keys and arrangements: Procy
Vocals: Sammy, Nadège, Amandine, Basubi C
Drums : Gloire
Guitar Bass: Ebenga
Electric Guitars: Ebenga
Acoustic guitar: Gédéon L
Lyrics
Bose bakoze ivyaha
Ntibashikira ubwiza Bw'Imana
kandi ingero yicaha ni urupfu rubi
Ariko batsindanishirizwa n’ubuntu bwayo
Ibibahereye ubusa kubwo gucungurwa kubonekera muri Kristo Yesu
Yaje kwirura abantu bose Bagandaye
Yazanywe no gukiza imitima imenetse
Yaje kumenyesha imbohe ko zugururiwe
No kumenyesha abantu umwaka wo kwemerwa n’Uhoraho
Icamuzanye ni kudukiza
Icamuzanye ni impuhwe
Icamuzanye ni imbabazi
Icamuzanye ni urukundo
Kuko urukundo Imana yadukunze
Arirwo rwatumye itanga umwana wayo
Umwizera wese arakizwa
Akurwa mu rupfu agashirwa mu bugingo