Перейти к содержимому

Ibikomere vyo mu miryango biterwa n'iki?//Diacre Adronis NDUWIMANA

Neema Gospel tv

0:00 / 0:00

Ibikomere vyo mu miryango biterwa n'iki?//Diacre Adronis NDUWIMANA

2 651 просмотр · 2 мес. назад
Neema Gospel tv
70 тыс. подписчиков
2 651 просмотр · 2 мес. назад
Iki ni icigwa ca 1 co mu gikorane c'ingo n'imiryango co ku wa 18 Mukakaro 2026 i Bururi catunganijwe na Chorale ya 2 y'Ishengero rya Penetekoti ry'i Kabuye, twacigishijwe na mwene Data Diacre Adronis NDUWIMANA. Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 (Appel & Whatsapp) canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo Yesu