NIMBA URI MU BIBAZO NDAKUZANIYE IHUMURE_IKINTU COSE GIFISE IGIHE By Ev Adronis NDUWIMANA
Iriba ryiza
0:00 / 0:00
NIMBA URI MU BIBAZO NDAKUZANIYE IHUMURE_IKINTU COSE GIFISE IGIHE By Ev Adronis NDUWIMANA
7 586 просмотров · 2 недели назад
Iriba ryiza
79,2 тыс. подписчиков
7 586 просмотров · 2 недели назад
Shalom mu butumwa umukozi w'Imana Ev Adronis NDUWIMANA yigishije mw'ishengero rya pentekote ryo mw'ikabi y'abasoda NGAGARA yigisha ijambo RIGARUKA ku Bihe.
Tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. Yesu abahe umugisha #Iribaryiza #61053102 #love #compassion #humanity #christianity