Перейти к содержимому

🔙 #TakeMeBack Bidondo: ''Narivye mama igitenge kugira nkore Vidéo 😂''

Magazine Jimbere

0:00 / 0:00

🔙 #TakeMeBack Bidondo: ''Narivye mama igitenge kugira nkore Vidéo 😂''

4 532 просмотра · 2 г. назад
Magazine Jimbere
73,8 тыс. подписчиков
4 532 просмотра · 2 г. назад
🎶😍 Umwe mu baririmvyi bakoze ku mutima benshi ku ndirimbo ziwe zakundwa cane cane n’abana bivanye n’ukuntu yambara 😂 Bidondo twamusubije mu bihe vya kera aho yatuyagiye uko yakora umuziki wiwe #Uburundi #Jimbere