Перейти к содержимому

FerrisWheel ya mbere mu BURUNDI // GASAPE avuze ikiguzi co kuyubaka

AKEZA TV

0:00 / 0:00

FerrisWheel ya mbere mu BURUNDI // GASAPE avuze ikiguzi co kuyubaka

13 034 просмотра · 19 часов назад
AKEZA TV
229 тыс. подписчиков
13 034 просмотра · 19 часов назад
Si ivy’imbeshere. GASAPE ariko aratezimbere intara ya Gitega mu kuyizanamwo utuntu dushasha.😍 Inyuma y’ikibanza c’ingoma gifise Internet y’Ubuntu, ubu n’aho azanye icuma c’umunyenga bita « Ferris Wheel ». Ni kimwe mu vyuma bidasanzwe, bimenyerewe cane mu bihugu vyo mu mahanga, bikoreshwa cane mu gisata c’ingenzi no guteramisha ba Mukerarugendo. GASAPE avuga ko ni cahera kwubakwa neza kizotwara uburyo bwababa Umuriyaridi n’imiriyoni amajana umunani (1.800.000.000 fbu). Kaze mukurikirane icatumye azana uyo mugambi.