Перейти к содержимому

UBUROZI: Yagirizwa kwica abuzukuru biwe // Avuze icatumye atwara uburozi yakoresha kw'isengero

AKEZA TV

0:00 / 0:00

UBUROZI: Yagirizwa kwica abuzukuru biwe // Avuze icatumye atwara uburozi yakoresha kw'isengero

13 537 просмотров · 1 день назад
AKEZA TV
226 тыс. подписчиков
13 537 просмотров · 1 день назад
Kenshi mu kibano, abantu ba kera, barakunda kwagirizwa uburozi, kuraguza, guterekera n’ibindi bintu bijanye n’amareba. Nivyo dusanga no muri iyi nkuru y’Umutamakazi yitwa SABUKURU Janvière wo muri Komine Matongo, intara ya BUTANYERERA. Ejo bundi, uwo Mutamakazi yaheruka gutwara ivyo bavuga ngo ni ibirozi ku rusengero kugirango babisengere. Akeza.net yaragendeye uwo mutamakazi, kugirango imuganirize kuri ivyo bamwagiriza. Kaze mumwumvirize