UMUTIMA WUZUYE IMPUHWE by Apostle Kevin SIBOMANA
Apostle Kevin SIBOMANA
0:00 / 0:00
UMUTIMA WUZUYE IMPUHWE by Apostle Kevin SIBOMANA
874 просмотра · 7 лет назад
Apostle Kevin SIBOMANA
5,14 тыс. подписчиков
874 просмотра · 7 лет назад
Ishengero, umubiri wa Kristo turahamagarirwa kwama turiko turagaragaza umutima wuzuye impuhwe kuko ibikorwa bisunitswe n'uyu mutima nivyo bikora ku mutima w'Imana, bikugurura ijuru rigakora ibidasanzwe mu buzima bwa benshi aho tubaye.
Kugira uyu mutima bitangurira mu kumenya neza ko hano mw'isi umuntu wese abayeho kubwa mugenzi we kandi ko Imana yatwujuje ivyiza vyinshi bishobora kubera umugisha benshi.