Перейти к содержимому

Inzu zose zarabomowe ziragenda ariko imiryango ntiyahawe inshumbusho naho bashira imiryango

Inama Nkenguzamateka

0:00 / 0:00

Inzu zose zarabomowe ziragenda ariko imiryango ntiyahawe inshumbusho naho bashira imiryango

3 766 просмотров · 12 ч назад
Inama Nkenguzamateka
9,14 тыс. подписчиков
3 766 просмотров · 12 ч назад
#Burundi Umukuru w'Inama Nkenguzamateka Nyeniteka Gervais Ndirakobuca atera akamo umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n'umutekano Léonidas Ndaruzaniye gukurikirana imyidogo y'abenegihugu ku bijanye n'icukurwa ry'ubutare. Aho avuga ko hariho n'ababomorewe amazu batigeze baronka umuzibukiro muri ivyo vy'ubutare. Uyumunsi imvura ikaba igiye kugwa bose bace baja mw'ibarabara. Akavuga ko biriko bikorwa hatisunzwe amategeko na cane cane ayo gukingira ibidukikije.